close
Jump to content

Kanada

Kuva Wikipedia
BERJAYA
Kanada
BERJAYA

Kanada (izina riri mu rurimi rw'i Cyongereza no mu Gifaransa : Canada ) ni igihugu kinini giherereye mu gice co mu buraruko y’umugabane wa Amerika ya Ruguru Gikikijwe n’ibahari ya Atalantike mu buseruko, ibahari ya Pasifike mu burengero n’ibahari ya Arikitike mu buraruko. Nico gihugu ca kabiri kinini ku isi mu buringanire nyuma y’u Burusiya, aho gifise uburinganire bwa kilometero kare 9,984,670. Kanada ihana imbibe na Leta Zunze Ubumwe z’Amerika mu maja epfo no mu majaruguru y’uburengerazuba, ukaba ariwo mupaka muremure ku isi.

Umugwa mukuru wa Kanada ni Ottawa. Abantu baja muri Kanada kugira ngo baronke ubuhungiro, bahunga gutotezwa mu bihugu vyabo canke mukarere baherereye mwo.

Abakozi benshi mu kigo gifasha gutura nabo bari abimuka. Benshi bavuga izindi ndimi wongereyeko Icongereza canke Igifaransa.

Kanada yakira abimukira barenze 200,000 buri mwaka. Abageze kuri bane kw’ijana (4%), ni impunzi kandi zifashwa na Leta. Ivyo birashoboka kubera ikori itangwa n’abandi banyagihugu ba Kanada.

Kanada ikaba ifise abantu bashika 41.575.585 ku mwaka 2025.

BERJAYA
One Yonge Street, Toronto, August 2017
BERJAYA
Peyto Lake-Banff NP-Canada
BERJAYA
Basílica de Notre-Dame, Montreal, Canadá, 2017-08-11, DD 20-22 HDR